Ihiganwa rya volleyballBeachWorldProTour: Ububirigi bwatahukanye igikombe mu bagabo, ubuyapani butahukana igikombe mu bigeme
Ihiganwa mpuzamakungu rya volleyball ikinirwa kumusenyi, ryaraye rirangiye neza, bikerekana ko Uburundi bushobora kwakira amahiganwa yo kuri urwo rwego nkuko vyavuzwe na Serverin Mbarubukeye, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji muvyo bujejwe…