BeTV
  • Ikaze
  • Imibano
    • Idandarizo ry’impuzu n’ibindiImpanuroAll
      Gushiramwo imitahe

      COMESA : Akarusho no ku bakora urudandazwa rutoyi…

      24 octobre 2024

      Impanuro

      « CNC  » (inama nkuru ishinzwe ivyo kumenyesha amakuru…

      21 octobre 2024

      Imibano

      Ishirahamwe Parcem rirakebura abo vyega kugira amatora agende…

      21 mai 2025

      Imibano

      Papa Francisco tuzomwibukira kuki ?

      21 avril 2025

      Imibano

      Inama nkuru ijejwe Kumenyesha amakuru « CNC » yemereye…

      14 avril 2025

      Imibano

      Umugwi CENI ngo uriteguriye gutunganya amatora neza

      8 avril 2025

  • Inkino
  • ImyidagaduroHot
    • AmareresiImbonesha kureIvyamamare rurangiranwaUmuzikiAll
      Amareresi

      Abel NDUWAYO : Igisata c’amareresi mu Burundi kigeze…

      7 avril 2025

      Amareresi

      Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda…

      1 novembre 2024

      Imbonesha kure

      URUGENDO RWA CNC MURI BETV BURUNDI

      3 février 2025

      Imbonesha kure

      Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda…

      1 novembre 2024

      Imbonesha kure

      « CNC  » (inama nkuru ishinzwe ivyo kumenyesha amakuru…

      21 octobre 2024

      Ivyamamare rurangiranwa

      Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda…

      1 novembre 2024

      Ivyamamare rurangiranwa

      KULALANA : ng’iyi indirimbo yabaye isoko ry’amatati

      25 octobre 2024

      Ivyamamare rurangiranwa

      Théophile Niyukuri : Dudu T

      28 juin 2024

      Umuziki

      KULALANA : ng’iyi indirimbo yabaye isoko ry’amatati

      25 octobre 2024

      Umuziki

      Théophile Niyukuri : Dudu T

      28 juin 2024

      Umuziki

      Umunsi wahariwe Umuziki : 21 Ruheshi

      21 juin 2024

      Imyidagaduro

      Abel NDUWAYO : Igisata c’amareresi mu Burundi kigeze…

      7 avril 2025

      Imyidagaduro

      Urubuga Yaga rwahagaritswe vy’agateganyo n’urwego rw’igihugu rujejwe kugenzura…

      27 mars 2025

      Imyidagaduro

      URUGENDO RWA CNC MURI BETV BURUNDI

      3 février 2025

      Imyidagaduro

      Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda…

      1 novembre 2024

  • Amagara y’abantu
  • Ubutunzi
  • Ubuhinga
  • Ibidukikije
    • IngenziUburimyiUbworoziAll
      Ibidukikije

      JACINTE : Ivyatsi bibi bigeramiye ikiyaga Tanganyika

      27 mars 2025

      Gushiramwo imitahe

      COMESA : Akarusho no ku bakora urudandazwa rutoyi…

      24 octobre 2024

      Ibidukikije

      Kirundo : Hagunduwe ubutare bwanyegejwe kuva mu 1962

      17 juillet 2024

      Uburimyi

      COMESA : Akarusho ko kuba mu muryango w’isoko…

      22 octobre 2024

      Uburimyi

      Nibaturonse amafaranga ku mwimbu w’ibigori twashoye muri ANAGESSA

      18 septembre 2024

      Uburimyi

      Urugendo Inkebuzo : Mu ntara ya Cibitoke

      10 juillet 2024

      Ubworozi

      Urugendo Inkebuzo : Mu ntara ya Cibitoke

      10 juillet 2024

      Ibidukikije

      Leta y’Uburundi yashinze ibiciro ntabanduka vy’igurwa ry’ubutaka bwo…

      27 mars 2025

      Ibidukikije

      JACINTE : Ivyatsi bibi bigeramiye ikiyaga Tanganyika

      27 mars 2025

      Ibidukikije

      Igisagara ca Bujumbura no mucungararo kirageramiwe n’ibiza n’isibe

      11 mars 2025

      Ibidukikije

      COMESA : Akarusho no ku bakora urudandazwa rutoyi…

      24 octobre 2024

  • Ikibiriraho
  • Kirundi
    • English
    • Français
    • Kirundi
  • BeTV

    Ishirahamwe Parcem rirakebura abo vyega kugira amatora agende neza

    Papa Francisco tuzomwibukira kuki ?

    Inama nkuru ijejwe Kumenyesha amakuru « CNC » yemereye urubuga Yaga gusubira gukora .

    Ishirahamwe Parcem rirakebura abo vyega kugira amatora agende neza

    H. Patrick Le Sage21 mai 2025015 views

    Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru , kuri uyu wa 21 Rusama 2025, Faustin Ndikumana , uwuserukira ishirahamwe rijejwe gukangurira abarundi guhindura ingendo PARCEM , ahamagarira aberwa n’amatora guhindura ingendo kugira batosore…

    Read more

    Papa Francisco tuzomwibukira kuki ?

    H. Patrick Le Sage21 avril 2025037 views

    Urupfu rwa Papa Francisco, inkuru yababaje abakirisu isinzi bo kw’isi yose Nk’uko biri Mw’itangazo ryasohowe n’ibiro vya Vatican mu gatondo ko kuri uyu wa 21 Ndamukiza umwaka 2025, umwungere agira…

    Read more

    Inama nkuru ijejwe Kumenyesha amakuru « CNC » yemereye urubuga Yaga gusubira gukora .

    H. Patrick Le Sage14 avril 2025039 views

    Mu kiganiro cagenewe abamenyeshamakuru kuri uyu wa mbere , igenekerezo rya 14 /ndamukiza /2025 , Esperance Ndayizeye arongoye umurwi w’igihugu ujejwe kugenzura uko insamirizi , n’ibinyamakuru bikora , yasubiriye kwemerera…

    Read more

    Umugwi CENI ngo uriteguriye gutunganya amatora neza

    H. Patrick Le Sage8 avril 2025043 views

    Umugwi ujejwe gutegura amatora Ku rwego rw’igihugu CENI ,muruganda rwo kwereka abagize uwo murwi mu matora haba mu ma communes canke mu ntara ingene botunganya amatora atatunenge ,ngo uriteguriye gutunganya…

    Read more

    Abel NDUWAYO : Igisata c’amareresi mu Burundi kigeze kuntambwe ishimishije

    H. Patrick Le Sage7 avril 2025052 views

    Hari kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 05 Ndamukiza umwaka wa 2025, Munyubakwa z’ikigo ndangakaranga c’abafaransa IFB mu gisagara ca Bujumbura, aho Abel NDUWAYO, Umuhinga yabize umwuga mu gukina amareresi, asanzwe…

    Read more

    Ishirahamwe NTABARIZA rigiye gufasha mw’itangwa ry’akazi ku bahoze bapfunzwe barekuwe n’ikigongwe c’umukuru w’igihugu.

    H. Patrick Le Sage2 avril 2025049 views

    Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 02/04 .Jean Marie Nshimirimana uwuserukira imbere y’amategeko ishirahamwe Ntabariza rijejwe guharanira agateka k’abanyororo ryamenyesheje ko rigiye gufasha mw’itangwa ry’akazi ku…

    Read more

    Ishirahamwe Parcem riratewe impungenge n’ibura ry’igitoro.

    H. Patrick Le Sage1 avril 2025038 views

    Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe rijejwe guhindura ivyiyumviro n’ingendo Parcem aratewe impungenge n’ibura ry’igitoro,rituma Imanza ry’imiryango hamwe n’ubutunzi bw’igihugu buhungabana. Kubwa Faustin Ndikumana ngo ntivyumvikanako ,umuguzi w’igitoro ashobora kumara umwanya muremure…

    Read more

    Thabitha Mukamusoni : Uwundi murundikazi mu baharanira umwanya w’ubutegetsi mu gihugu ca Canada.

    H. Patrick Le Sage1 avril 2025042 views

    Thabitha Mukamusoni umumenyeshamakuru yamuka mu Burundi ,yahoze ari umuyobozi w’ikinyamakuru Burundi Eco ,yongera akorera Radio Ijwi rya Amerika ari mubahiganwa mu mpinduka ya Canada biciye mu gutera intege imiryango,n’amashirahamwe matomato…

    Read more

    Francis ROHERO : Umuhinga mu vy’ubutunzi aratuyagira ivyotuma ubutunzi bw’Uburundi bwiyongera

    H. Patrick Le Sage31 mars 2025065 views

    Francis Rohero,umuhinga muvy’ubutunzi ,kandi akaba umunyepolitike akaba yagomvye kwihebera Imana aratubwirako ko Leta y’uburundi yotegerezwa gushira imitahe ,canke gutera intege abarimyi 2.500.000 bagizwe cane n’abakenyezi mu ntumbero yo guteza imbere…

    Read more

    Ngozi: Baratabaza Kuronswa amazi n’amatara kw’ivuriro ritoya ryo mu Gakere

    H. Patrick Le Sage28 mars 2025070 views

    Iryo n’ivuriro ritoya ryo mu Gakere commune Kiremba intara ya Ngozi ryubatswe mu mwaka wa 1993 ,riri Ku metero 50 ry’ibarabara rya kaburimbi rija mu Kirundo na Muyinga , abahivuriza…

    Read more

    Navigation des articles

    1 … 5
    View Desktop Version

    Powered by PenciDesign

    Back To Top