KULALANA : ng’iyi indirimbo yabaye isoko ry’amatati
Ninde ari mu kuri, hagati ya Bizimana paulin ( Dj Paulin ) na Mugisha Jean Junior ( Double Jay ) ? Inyuma yo gusohoka kw’indirimbo KULALANA y’umuririmvyi Mugisha Jean Junior…
Ninde ari mu kuri, hagati ya Bizimana paulin ( Dj Paulin ) na Mugisha Jean Junior ( Double Jay ) ? Inyuma yo gusohoka kw’indirimbo KULALANA y’umuririmvyi Mugisha Jean Junior…
Umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi, Amazina yiswe n’abavyeyi ni Théophile Niyukuri. Yavukiye mu gisagara ca Bujumbura mu 1981. Amashure mato n’ayisumbuye yayize mu gisagara ca Bujumbura nyene. Aca aminuriza mu gihugu ca…
Kuwa 21 Ruheshi , Uko umwaka utashe , isi irahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe UMUZIKI. Iyi tariki, iburaya ihura n’itariki itangurira igihe c’ici . Kwerekana ko umuziki ari uwa bose, atanumwe…