Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda cane, Mu rurimi kavukire
Ya mareresi mwahora mukurikirana ari mu ndimi mvamakungu, ubu birashoboka ko muyakurikirana mu ndimi kavukire, nk’ikirundi n’ikinyarwanda, mukoresheje dekoderi ya Azamtv, kuri chaine y’101. BETV Burundi : kuri AzamTV Tubamenyeshe…