URUGENDO RWA CNC MURI BETV BURUNDI
Hari Kuri uyu wa 30 Nzero 2025 aho urwego nyobozi rw’Inama nkuru y’igihugu ijejwe kugenzura uko ibinyamakuru bikora mu Burundi (CNC) yagendeye uruganda rw’Imboneshakure BETV BURUNDI, mu ntumbero yo gushigikira…

Ya mareresi mwahora mukurikirana ari mu ndimi mvamakungu, ubu birashoboka ko muyakurikirana mu ndimi kavukire, nk’ikirundi n’ikinyarwanda, mukoresheje dekoderi ya Azamtv, kuri chaine y’101. BETV Burundi : kuri AzamTV Tubamenyeshe…
Mu gihe buca hatanguzwa iyandikwa ry’abazotora mu mwaka wa 2025, ng’ibi ibiri mw’itangazo inama nkuru ishinzwe ivyo kumenyesha amakuru (CNC -Burundi ) ishikirije ibimenyeshamakuru . Amb. Espérance NDAYIZEYEarongoye inama nkuru…