Ngozi: Baratabaza Kuronswa amazi n’amatara kw’ivuriro ritoya ryo mu Gakere
Iryo n’ivuriro ritoya ryo mu Gakere commune Kiremba intara ya Ngozi ryubatswe mu mwaka wa 1993 ,riri Ku metero 50 ry’ibarabara rya kaburimbi rija mu Kirundo na Muyinga , abahivuriza…