Nestor NTAHONTUYE : « Niyemeje gushira inguvu zanje zose mu kurwanira inyungu z’igihugu no guteza imbere ubumwe n’ukwiyunga kw’abarundi bose »
Umushikiranganji mushasha w’ikigega ca Reta Nk’uko biri mw’itegeke nomero 100/188 ryo kuwa 09 kigarama umwaka wa 2024, riteweko umukono n’umukuru w’igihugu Evariste NDAYISHIMIYE , n’umushikiranganji wambere Gervais NDIRAKOBUCA, rigena Nestor…