Francis ROHERO : Umuhinga mu vy’ubutunzi aratuyagira ivyotuma ubutunzi bw’Uburundi bwiyongera
Francis Rohero,umuhinga muvy’ubutunzi ,kandi akaba umunyepolitike akaba yagomvye kwihebera Imana aratubwirako ko Leta y’uburundi yotegerezwa gushira imitahe ,canke gutera intege abarimyi 2.500.000 bagizwe cane n’abakenyezi mu ntumbero yo guteza imbere…