Kirundo : Hagunduwe ubutare bwanyegejwe kuva mu 1962
Mw’ishamba rya Murehe, muri zone Gatare, komine Busoni y’intara ya Kirundo, hari inzira ica mu kuzimu (tunnel), ababirigi bahora bacamwo bagiye kwimba ubutare bwo mu bwoko bwa «Coltan » na…
Mw’ishamba rya Murehe, muri zone Gatare, komine Busoni y’intara ya Kirundo, hari inzira ica mu kuzimu (tunnel), ababirigi bahora bacamwo bagiye kwimba ubutare bwo mu bwoko bwa «Coltan » na…
Umukuru w’Igihugu General Major Evariste Ndayishimiye yaratanguye urugendo bise inkebuzo, urugendo rwo gusanga kukivi urwaruka ruri mu buruhuko eka ndetse no kwifadikanya n’abegihugu , mu bikorwa vy’iterambere rusangi, mu mihingo…
Umwana y’imyaka 13, Nzomurambaho Isaïe , avuka muri Komine Matongo y’intara ya Kayanza, ariko ubu akaba abana na mama wiwe ku Matafari muri zone Kamenge mu gisagara ca Bujumbura Avuga…
Akanyamuneza, Intambo n’imvyino ndanga karanga, z’uburundi, turkiya n’ubuhindi, ibikino bitandukanye , nivyo vyarangwa, , Mubigo vy’ishure maarif foundation school , kuruyu wa 6 igenekerezo rya 29 ruheshi umwaka wa 2024,…
Mu mezi 2 aheze yaramaze guha Uburundi imidali 2 yose, umwe w’inzahabu mu nkino zabereye i Luanda mu gihigu ca Angola n’uwundi w’ifeza yaronse mu nkino ziheruka kubera muri CôtedIvoire.…
Umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi, Amazina yiswe n’abavyeyi ni Théophile Niyukuri. Yavukiye mu gisagara ca Bujumbura mu 1981. Amashure mato n’ayisumbuye yayize mu gisagara ca Bujumbura nyene. Aca aminuriza mu gihugu ca…
Umurwi w’umupira w’amaboko BASKET BALL , Urunani bbc, bariko barondera kwisubiza agateka mw’ihiganwa ryo mu mupira w’amaboko mu Burundi, abakinyi 2 bavuye muri Afrika y’epfo nibo baguze Abo bakinyi ni…
Umusore w’imyaka 20 y’amavuka, rurangiranwa murukino rwa JUDO, Gushika ubu, Nganji amaze gutahukana imidari 12 : itanu y’inzahabu, itanu y’ifeza n’ibiri y’umujumbu. Amaze kuja gukina amahiganwa atandukanye haba ku rwego…
Kuwa 21 Ruheshi , Uko umwaka utashe , isi irahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe UMUZIKI. Iyi tariki, iburaya ihura n’itariki itangurira igihe c’ici . Kwerekana ko umuziki ari uwa bose, atanumwe…
Gutsimbataza iterambere ridakumira ni igikorwa c’uwariwe wese , mu ntumbero yo gushikira iterambere rirama no kurwanya ubukene . Vyavuzwe kuruyu wa 5 igenekerezo rya 07 Ruheshi 2024, aho hariko hashirwa…