« CNC  » (inama nkuru ishinzwe ivyo kumenyesha amakuru mu Burundi ) ihamagarira ibimenyeshamakuru gufasha mu gutsimbataza intwaro rusangi n’iterambere , na cane cane mu gihe c’amatora yimirije yo mu mwaka wa 2025.

Mu gihe buca hatanguzwa iyandikwa ry’abazotora mu mwaka wa 2025, ng’ibi ibiri mw’itangazo inama nkuru ishinzwe ivyo kumenyesha amakuru (CNC -Burundi ) ishikirije ibimenyeshamakuru . Amb. Espérance NDAYIZEYEarongoye inama nkuru…

Read more