Ishirahamwe Parcem riratewe impungenge n’ibura ry’igitoro.

Faustin Ndikumana
arongoye Ishirahamwe Parcem

Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe rijejwe guhindura ivyiyumviro n’ingendo Parcem aratewe impungenge n’ibura ry’igitoro,rituma Imanza ry’imiryango hamwe n’ubutunzi bw’igihugu buhungabana.

Kubwa Faustin Ndikumana ngo ntivyumvikanako ,umuguzi w’igitoro ashobora kumara umwanya muremure atondeye igitoro mu nyuma akaronswa amalitiro 20 akoresha mundwi zibiri .Kuri we ngo bituma Imanza zimwe zimwe , n’ubutunzi bw’igihugu buhungabana.

Faustin Ndikumana agasaba Leta y’uburundi ko yokora uburyo bwose kugira ironse amashirahamwe agura ico gitoro amafaranga y’agaciro kugira akigure.
Faustin Ndikumana aranasaba y’uko hoba ihiganwa ry’amashirahamwe ajejwe kukigura kugirango ntihabe ubunyonyezi murico gisata

Related posts

Nine Casino juega con diseño, audio y emoción elegante

telegram sex video ✓ Discover Top Telegram Adult Channels ➔ Join Now!

Ishirahamwe Parcem rirakebura abo vyega kugira amatora agende neza