Kaze kurubuga mumenyekanishe ivyo mukora , mubicishije kurubuga rwacu!
Mwiphuza ko abantu isinzi bahurumbira ivyo mukora ? Mwipfuza ko izina ryanyu ricika rurangiranwa ? Ntimuje kure . Urubuga rwacu rurabibafasha, kandi indoto zanyu zikaba ukuri. yaba abafise imitahe mitomito, eka ndetse n'abafise inganda n'amahinguriro y'imitahe minini minini, turiho kubwanyu.
Ivyo Dukora
Turabafasha gushingura neza muburyo bw'amashusho ibihe vyiza vyanyu: iminsi mikuru, imanza, ingendo, n'ibindi, tukabikrana ubuhinga buhanitse kandi buhuye n'ibihe tugezemwo, kandi tukabikora muburyo muvyipfuza.
Bimwe muvyo dukora n'ibi :
