Umugwi ujejwe gutegura amatora Ku rwego rw’igihugu CENI ,muruganda rwo kwereka abagize uwo murwi mu …
Hari kuri uyu wagatandatu igenekerezo rya 05 Ndamukiza umwaka wa 2025, Munyubakwa z’ikigo ndangakaranga c’abafaransa …
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 02/04 .Jean Marie Nshimirimana uwuserukira …
Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe rijejwe guhindura ivyiyumviro n’ingendo Parcem aratewe impungenge n’ibura ry’igitoro,rituma Imanza ry’imiryango …
Thabitha Mukamusoni umumenyeshamakuru yamuka mu Burundi ,yahoze ari umuyobozi w’ikinyamakuru Burundi Eco ,yongera akorera Radio …
Francis Rohero,umuhinga muvy’ubutunzi ,kandi akaba umunyepolitike akaba yagomvye kwihebera Imana aratubwirako ko Leta y’uburundi yotegerezwa …
Iryo n’ivuriro ritoya ryo mu Gakere commune Kiremba intara ya Ngozi ryubatswe mu mwaka wa …
Muganga Yolande Magonyagi ajejwe umugambi w’irondoka rijanye n’amagara meza mw’ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe irwirirana ry’abantu (Fnuap),mu …
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru co kuri uyu wa 4 igenekerezo rya 27/Ntwarante/2025 .urwego rujejwe gucungera uko …
Mw’itegeko nshikiranganji ryateweko umukono kw’igenekerezo rya 27/Ruhuhuma n’abashikiranganji b’ubutunzi ,Inyubako,hamwe n’ubutungane ,Leta y’uburundi yashinze ibiciro …
Ikiyaga Tanganyika nikimwe gihanzwe amaso mw’iterambere ry’ubutunzi b’ubutunzi .Igitangaje n’uko ico kiyaga kigeramiwe n’imyanda hamwe …
Umuhinga aratanga umuco w’ivyokorwa. Mw’ihimbazwa ry’umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe kurwanya Ibiza n’isibe ,uhimbazwa kw’igenekerezo rya …
- 1
- 2