Umusore w’imyaka 20 y’amavuka, rurangiranwa murukino rwa JUDO, Gushika ubu, Nganji amaze gutahukana imidari 12 : itanu y’inzahabu, itanu y’ifeza n’ibiri y’umujumbu. Amaze kuja gukina amahiganwa atandukanye haba ku rwego …
H. Patrick Le Sage
-
-
Kuwa 21 Ruheshi , Uko umwaka utashe , isi irahimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe UMUZIKI. Iyi tariki, iburaya ihura n’itariki itangurira igihe c’ici . Kwerekana ko umuziki ari uwa bose, atanumwe …
-
Gutsimbataza iterambere ridakumira ni igikorwa c’uwariwe wese , mu ntumbero yo gushikira iterambere rirama no kurwanya ubukene . Vyavuzwe kuruyu wa 5 igenekerezo rya 07 Ruheshi 2024, aho hariko hashirwa …
-
Mu gihe gukurikirana imboneshakure biciye mu buhinga bwa none , vyashoboka cane kubari mu gisagara ca Bujumbura , mu yindi mihingo y’igihugu itandukanye ntibikunde, ubu , no mu gihugu hagati …
-
Uburundi bugiye gutangura gukoresha umuhora wa Internet , ifise umuvuduko uri hejuru, wo kurugero rw’urunganwe rwa 5G ( 5eme Generation ), umuhora wa internet ikomoka kubigendajuru ( satellites) vy’ishirahamwe Starlink …
-
Nubwo ribandanya kurimwa , guhingurwa no kudandazwa ukuri kwamye , ahatari hake kwisi , no muburundi harimwo , itabi ryica abantu barenga imiliyoni 2 kwisi yose , buri mwaka . …
-
Ikibazo c’ikena ry’amahera y’agaciro mva-makungu cibonekeza uno munsi mu Burundi kiragira ingaruka mbi ikomeye ku benegihugu nka bose muri rusangi . Akarorero ni kubasanzwe bakora umwuga wo kudandaza impuzu baziranguye …
-
Activator for Office 2016 Professional Plus ✓ activate Microsoft Office 2016 Professional Plus easily ➤ access full features ★ quick and secure tool for activation.