Ishengero ryose ritegerezwa kuba rifise ikibanza caryo bwite co gusengeramwo. Kirazira gutunganya amasengesho mu masaha y’akazi ataruhusha rwatanzwe, canke kugirira amakoraniro y’amasengesho mu mashure canke mu nyubakwa ziberamwo imanza, hagati …
H. Patrick Le Sage
-
-
Umukuru w’igihugu Evariste NDAYISHIMIYE asaba abakozi ba Reta guhindura ingendo, kugira bagire ubwigenge mu bijanye n’amafaranga . Muri rwa rugendo rwitiriwe Inkebuzo Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ariko aragira mu ntara …
-
Bitewe n’uko hari abata ubwenge , n’abamaze ku hasiga ubuzima inyuma yo kwihereza ikinyobwa sapor wine, kidasiba kwiha inkumbi mu rwaruka , abatari bake bagiye biyamiriza ico kinyobwa . inyuma …
-
Mw’ishamba rya Murehe, muri zone Gatare, komine Busoni y’intara ya Kirundo, hari inzira ica mu kuzimu (tunnel), ababirigi bahora bacamwo bagiye kwimba ubutare bwo mu bwoko bwa «Coltan » na …
-
Umukuru w’Igihugu General Major Evariste Ndayishimiye yaratanguye urugendo bise inkebuzo, urugendo rwo gusanga kukivi urwaruka ruri mu buruhuko eka ndetse no kwifadikanya n’abegihugu , mu bikorwa vy’iterambere rusangi, mu mihingo …
-
Umwana y’imyaka 13, Nzomurambaho Isaïe , avuka muri Komine Matongo y’intara ya Kayanza, ariko ubu akaba abana na mama wiwe ku Matafari muri zone Kamenge mu gisagara ca Bujumbura Avuga …
-
Akanyamuneza, Intambo n’imvyino ndanga karanga, z’uburundi, turkiya n’ubuhindi, ibikino bitandukanye , nivyo vyarangwa, , Mubigo vy’ishure maarif foundation school , kuruyu wa 6 igenekerezo rya 29 ruheshi umwaka wa 2024, …
-
Mu mezi 2 aheze yaramaze guha Uburundi imidali 2 yose, umwe w’inzahabu mu nkino zabereye i Luanda mu gihigu ca Angola n’uwundi w’ifeza yaronse mu nkino ziheruka kubera muri CôtedIvoire. …
-
Umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi, Amazina yiswe n’abavyeyi ni Théophile Niyukuri. Yavukiye mu gisagara ca Bujumbura mu 1981. Amashure mato n’ayisumbuye yayize mu gisagara ca Bujumbura nyene. Aca aminuriza mu gihugu ca …
-
Umurwi w’umupira w’amaboko BASKET BALL , Urunani bbc, bariko barondera kwisubiza agateka mw’ihiganwa ryo mu mupira w’amaboko mu Burundi, abakinyi 2 bavuye muri Afrika y’epfo nibo baguze Abo bakinyi ni …