Umushikiranganji mushasha w’ikigega ca Reta Nk’uko biri mw’itegeke nomero 100/188 ryo kuwa 09 kigarama umwaka wa 2024, riteweko umukono n’umukuru w’igihugu Evariste NDAYISHIMIYE , n’umushikiranganji wambere Gervais NDIRAKOBUCA, rigena Nestor …
H. Patrick Le Sage
-
Ubutunzi
-
AmareresiImbonesha kureImyidagaduroIvyamamare rurangiranwaUbuhinga
Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda cane, Mu rurimi kavukire
Ya mareresi mwahora mukurikirana ari mu ndimi mvamakungu, ubu birashoboka ko muyakurikirana mu ndimi kavukire, nk’ikirundi n’ikinyarwanda, mukoresheje dekoderi ya Azamtv, kuri chaine y’101. BETV Burundi : kuri AzamTV Tubamenyeshe …
-
Gushiramwo imitaheImyidagaduroIvyamamare rurangiranwaUmuziki
KULALANA : ng’iyi indirimbo yabaye isoko ry’amatati
Ninde ari mu kuri, hagati ya Bizimana paulin ( Dj Paulin ) na Mugisha Jean Junior ( Double Jay ) ? Inyuma yo gusohoka kw’indirimbo KULALANA y’umuririmvyi Mugisha Jean Junior …
-
Gushiramwo imitaheIdandarizo ry'impuzu n'ibindiImibanoIngenziUbutunzi
COMESA : Akarusho no ku bakora urudandazwa rutoyi rutarenza 2.000$ ku munsi
Abenegihugu batobato bakora urudandazwa rutoyi rutarenza 2.000$ ku munsi bagiye kworoherwa kwinjiza no gusohora ibidandazwa biciye mu kigo co kworohereza abadandaza bahurikiye muri Common Market for Eastern and Southern Africa …
-
Amagara y'abantuAmakuru y'inkinoAmazu , Amatongo n'ayandi MatungoImibanoInkino
Gufana Match ihuza FC Barcelone na Bayern Munich : Ibara ryaraye riguye mu Gisyo
Inzu yaraye ibabomokeyeko aho bariko barorera urukino rwariko ruhuza Barcelone na BayernMunich, ibitigiri vy’abababaye bikaba bitaramenyekana Hari nk’igihe c’isaha zitatu n’igice z’ijoro(21h30) zo kuri uyu wa 23 Gitugutu 2024, mu …
-
ImibanoUburimyiUbutunzi
COMESA : Akarusho ko kuba mu muryango w’isoko rusangi y’ibihugu vya Afrika y’ubuseruko n’iy’ubumanuko
COMESA ni Iki ? « Common Market for Eastern and Southern Africa » COMESA, uyu muryango wabonye izuba kuwa 8 kigarama 1994, i LILONGWE , muri Malawi, usubiriye icahoze ari » …
-
Imbonesha kureImibanoImpanuroImyugaUbutunzi
« CNC » (inama nkuru ishinzwe ivyo kumenyesha amakuru mu Burundi ) ihamagarira ibimenyeshamakuru gufasha mu gutsimbataza intwaro rusangi n’iterambere , na cane cane mu gihe c’amatora yimirije yo mu mwaka wa 2025.
Mu gihe buca hatanguzwa iyandikwa ry’abazotora mu mwaka wa 2025, ng’ibi ibiri mw’itangazo inama nkuru ishinzwe ivyo kumenyesha amakuru (CNC -Burundi ) ishikirije ibimenyeshamakuru . Amb. Espérance NDAYIZEYEarongoye inama nkuru …
-
Abenegihugu bo muntara ya GITEGA, bashoreye umwimbu w’ibigori mukigo Anagessa mu kwezi kwa Mukakaro k’uno mwaka nyene basaba kurihwa kugira bashobore kwikenura, bakavuga ko batabona ingene bazokwitegurira irima ry’agatasi ryimirije, …
-
Amakuru y'inkinoIhiganwaInkino
Ihiganwa rya volleyballBeachWorldProTour: Ububirigi bwatahukanye igikombe mu bagabo, ubuyapani butahukana igikombe mu bigeme
Ihiganwa mpuzamakungu rya volleyball ikinirwa kumusenyi, ryaraye rirangiye neza, bikerekana ko Uburundi bushobora kwakira amahiganwa yo kuri urwo rwego nkuko vyavuzwe na Serverin Mbarubukeye, umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji muvyo bujejwe …
-
« Abipfuza gushira imitahe mu kwubaka isoko nkuru ya Bujumbura bahawe ikiringo c’ukwezi kumwe kuva kuri uno wa 16 Nyakanga 2024, nayo imitahe ikenewe ikaba ari umuriyoni umwe » Bihejeje gushikirizwa na …