Francis Rohero,umuhinga muvy’ubutunzi ,kandi akaba umunyepolitike akaba yagomvye kwihebera Imana aratubwirako ko Leta y’uburundi yotegerezwa gushira imitahe ,canke gutera intege abarimyi 2.500.000 bagizwe cane n’abakenyezi mu ntumbero yo guteza imbere …
H. Patrick Le Sage
-
UbutunziUncategorized
-
Amagara y'abantuImibanoUncategorized
Ngozi: Baratabaza Kuronswa amazi n’amatara kw’ivuriro ritoya ryo mu Gakere
Iryo n’ivuriro ritoya ryo mu Gakere commune Kiremba intara ya Ngozi ryubatswe mu mwaka wa 1993 ,riri Ku metero 50 ry’ibarabara rya kaburimbi rija mu Kirundo na Muyinga , abahivuriza …
-
Muganga Yolande Magonyagi ajejwe umugambi w’irondoka rijanye n’amagara meza mw’ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe irwirirana ry’abantu (Fnuap),mu gihe hariko haratangwa ubushimwe Ku bamenyeshamakuru basumbije abandi mw’ihiganwa ryo gutanga inkuru zivuga ivy’irondoka rijanye …
-
ImibanoImyidagaduroUncategorized
Urubuga Yaga rwahagaritswe vy’agateganyo n’urwego rw’igihugu rujejwe kugenzura ukwo ibinyamakuru bikor
Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru co kuri uyu wa 4 igenekerezo rya 27/Ntwarante/2025 .urwego rujejwe gucungera uko ibinyamakuru bikora (C.N.C) rwahagaritse vy’imfatakibanza urubuga Yaga,kuberako ishirahamwe rikukira urwo rubuga EJEBUDI ritemerewe gukorera Ku …
-
IbidukikijeUncategorized
Leta y’Uburundi yashinze ibiciro ntabanduka vy’igurwa ry’ubutaka bwo kwubakamwo
Mw’itegeko nshikiranganji ryateweko umukono kw’igenekerezo rya 27/Ruhuhuma n’abashikiranganji b’ubutunzi ,Inyubako,hamwe n’ubutungane ,Leta y’uburundi yashinze ibiciro ntarengwa ry’igurwa ry’ubutaka haba mu gisagara ca Bujumbura no mu gihugu hagati. Nkuko tubisoma muri …
-
Ikiyaga Tanganyika nikimwe gihanzwe amaso mw’iterambere ry’ubutunzi b’ubutunzi .Igitangaje n’uko ico kiyaga kigeramiwe n’imyanda hamwe n’ivyatsi bibi bikigeramiye bituma ibinyabuzima biri murico bigeramirwa nanarirya ico kiyaga ari ica 2 kw’isi …
-
Umuhinga aratanga umuco w’ivyokorwa. Mw’ihimbazwa ry’umunsi mukuru mpuzamakungu wahariwe kurwanya Ibiza n’isibe ,uhimbazwa kw’igenekerezo rya 07 Ntwarante uko umwaka utashe.Dr Athanase Nkunzimana umuhinga w’ico gisata akongera akaba umwigisha wa kaminuza …
-
Lorem ipsum dolor sit amet consectetur adipiscing elit. Quisque faucibus ex sapien vitae pellentesque sem placerat. In id cursus mi pretium tellus duis convallis. Tempus leo eu aenean sed diam …
-
Hari Kuri uyu wa 30 Nzero 2025 aho urwego nyobozi rw’Inama nkuru y’igihugu ijejwe kugenzura uko ibinyamakuru bikora mu Burundi (CNC) yagendeye uruganda rw’Imboneshakure BETV BURUNDI, mu ntumbero yo gushigikira …
-
Nkuko biri mu ngingo ya 239 y’ibwirizwa rishasha rigenga amatora, ivuga ko uwo rizocoroka akavuga uko imigambwe iriko irarusharushanya amajwi mu gihe c’amatora, inzego zibifitiye ububasha zitaragira ico zishikirije , …