dimanche, septembre 7, 2025
Home Imibano Thabitha Mukamusoni : Uwundi murundikazi mu baharanira umwanya w’ubutegetsi mu gihugu ca Canada.

Thabitha Mukamusoni : Uwundi murundikazi mu baharanira umwanya w’ubutegetsi mu gihugu ca Canada.

by H. Patrick Le Sage
0 comment

Thabitha Mukamusoni umumenyeshamakuru yamuka mu Burundi ,yahoze ari umuyobozi w’ikinyamakuru Burundi Eco ,yongera akorera Radio Ijwi rya Amerika ari mubahiganwa mu mpinduka ya Canada biciye mu gutera intege imiryango,n’amashirahamwe matomato mu ntumbero yo guteza imbere bose.
Kuva agishika murico gihugu aho hari mu mwaka wa 2016 ,Thabita Mukamusoni yinjiye mu mugambwe uharanira ubwigenge mu gace ka Moose Jaw _Lac centre – Lenigan ,Ubu ariko aritoza muri uyo mugambwe kugira aharanire impinduka uko imiryango ibayeho y’iterambere ry’amahinguriro abayabaye bituma haba iterambere kuri bose.

Uyo mumenyeshamakuru ,abaye uwundi munyepolitike w’umurundikazi yinjiye muri kahise k’impunduka ya Canada inyuma ya Arielle Kayabaga yigeze kuba umushingamateka mu karere ka Ontario London west Ubu ari umushikiranganji twogereranya aha ino iwacu w’intwaro yo hagati mu gihugu,muri Leta nshasha iyobowe n’umushikiranganji wa mbere wa Canada Mark Carney

You may also like

Leave a Comment