dimanche, septembre 7, 2025
Home ImyidagaduroAmareresi Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda cane, Mu rurimi kavukire

Bishasha muri Azam Tv : ya mareresi mukunda cane, Mu rurimi kavukire

by H. Patrick Le Sage
0 comment

Ya mareresi mwahora mukurikirana ari mu ndimi mvamakungu, ubu birashoboka ko muyakurikirana mu ndimi kavukire, nk’ikirundi n’ikinyarwanda, mukoresheje dekoderi ya Azamtv, kuri chaine y’101.

BETV Burundi : kuri AzamTV

Tubamenyeshe kandi ko kuva kuri uyu wa mbere munyonyo 2024, kubakunzi b’imboneshakure BETV Burundi, n’abakunzi ba AzamTV, mugiye kubandanya mukurikira ibiganiro bica kuri BETV Burundi , mukoresheje dekoderi ya AzamTV , kuri chaine ya 391.

banner

Ni mugihe, Imboneshakure BETV Burundi, mubandanya kuyisanga no kuri StarTimes : kw’ichaine y’106 / 781, kuri Canal+ : kuri chaine ya 396, eka ndetse no kuri STNB : kuri chaine y’106.

Bandanya muryoherwa n’ibiganiro bica kuri Betv Burundi, kumwe n’amareresi ari mu kirundi, musanga kuri AzamTV.

You may also like

Leave a Comment